Frobits
🎵 A song made on Frobits

Amashimwe: A Testimony of Grace (Remix)

0:000:00
Download
Make your own song
Lyrics

[male vocals] Oh,

Mana

yanje,

uri

uwera!

Halleluya,

utubereye

icyubahiro!

Mana

uhoraho

wamyeho,

Kera

n'ubu

ukiri

wa

wundi

nyene.

Imbere

ya

vyose

ndisabiye

imbabazi,

Kuko

ntera

imbere

yawe

mpaheze,

Unyakire

Mana,

unyumve

neza,

Ni

wewe

shingiro

ry'ubuzima

bwanje.

Ushimwe

Mana,

warakoze,

Icyubahiro

nicawe,

nicawe

gusa!

Amashimwe

ya

Amashimwe,

ntagira

akagero,

Uwarinze

umutima

wanje,

Wamfashije

mu

nzira

zose,

Yesu,

uri

mwiza,

uri

uwera!

Wambereye

uruzitiro

rukomeye

cane,

Kuva

itariki 8

ukwezi

kwambere 2017,

Ntabwo

waretse

ko

umwansi

andotsa,

Unkingira

kwamba

ntonze

kubitaro

imisi

yose,

Mana

yanje

nuhabwicubahira

urabikwiye,

Urakwiye

gushimagizwa

ibihe

vyose!

Ushimwe

Mana,

warakoze,

Icyubahiro

nicawe,

nicawe

gusa!

Amashimwe

ya

Amashimwe,

ntagira

akagero,

Uwarinze

umutima

wanje,

Wamfashije

mu

nzira

zose,

Yesu,

uri

mwiza,

uri

uwera!

Hejuru

yivyo

ucawongerako

urukundo,

Ruhebuje

mukumpa

umufasha

mwiza,

Arutira

abagore

bose

bo

kwisi,

Ambera

umuhanuzi

atari

umunuranuzi,

Umunyabwenge

atarumuka

bwenge,

Warakoze

Mana,

ni

wewe

nyir'ubutunzi!

Isi

yose

nibimenye,

izina

ryawe

rirakomeye,

Mu

gushima

kwacu,

uraganza,

Mu

rukundo

rwacu,

uragaragara,

Ushimwe

Mana

kubw'ubuntu

bwawe,

Ushimwe

Mana

kubw'impuhwe

zawe,

Igihe

cose,

iteka

ryose!

Ushimwe

Mana,

warakoze,

Icyubahiro

nicawe,

nicawe

gusa!

Amashimwe

ya

Amashimwe,

ntagira

akagero,

Uwarinze

umutima

wanje,

Wamfashije

mu

nzira

zose,

Yesu,

uri

mwiza,

uri

uwera!

Amen,

Amen!

Ushimwe

Mana

ya

Amashimwe,

Icyubahiro

ni

icyawe,

Ndagushima,

ndagushima,

Amen!

More songs by Mungu Listen to songs created by others
FROBITS